NGABA ABAKOBWA BA MANEKO B URWANDA BAFATIWE I BUJUMBURA / AMARIRA MENSHI / M23 KU MURONGO UTUKURA
HTML-код
- Опубликовано: 11 апр 2025
- Namba yakunezereje, yisangize abandi. Ufise ico ubaza canke wunganira twandikire kuri +25769621515
KORA SUBSCRIBE MUGIRE NICO MUVUZE KWINO NKURU Развлечения
Simbizi ndakwemera uratanga inyigisho zo gukunda igihugu. Komera wubawe n'umuryango wawe ❤❤❤❤🎉🎉🎉
Sha!!abarundi niba mwarafashe izi nkozi zibibi zo murwanda ziza kuneka igihugu murabagabo pe!! Iwanyu si muri Congo batamenya umwanzi wabo.
Aho Sha! Je igihugu canje n'uburundi. C'est Tout. Uwogituka no kucita ukwo ushaka, sinobimwemerera. Courage frère, ukomereze Aho.
Simbizi urumwana wigihugu🇧🇮🇧🇮🇧🇮 komaza ndakunze mentalité yawe ❤
Mugabo uje warukenewe ahubwo wari waratinze ark komera komerezaho ❤❤❤
Uranezereye cane u Burundi bukwiye abantu nkaw kbx big up kbx
Hama Abarundi turimaso kbx 🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Cimamanda si umuntu naratangaye ariko yemeza ngo aba fpr ngo ndafise discipline naba congomani imaze kunigagura
Courage brother garukira mon pays
Simbizi ndagushigikiye❤❤❤❤Chimamanda wewe nimpunzi
Congratulations Bwana Simbizi for your patriotic spirit.We,the Burundi and should in the same way be patriotic.
I love you sana
Ugutwi kw'impene kwuva kwokeje. Izo ndaya zaje kudurumbanya Ku gataka k'uburundi, ni ukuzimesa. Ndakwemera frère, ja mbere ❤
Courage simbizi
BRO,I AM VERY PROUD OF YOU FOR YOUR PATRIOTISM.I WISH EVERY BURUNDIAN WOULD THINK THE SAME❤❤❤❤❤❤❤
Aho gutumwanya numviriza ya rofa cimamanda,atukana nkumwungere numviriza simbizi inyigisho ziwe zifise inyigisho
Cimamanda erega yakuwemwo ubwenge karemano,aba kagame bamushyiramwo ubundi; burya nyene umwumvana ubu
Courage papa ni ubwambere nagukurikira ariko uri umugabo pe
Umurundi uzabona akina uzamubwire abaze abahutu bo mu rwanda.😅😅
❤❤❤simbinzi numwe mubantu bakunda igihugu Cabo komera mutama wanje
Mur arabe mugire ubushakashatsi KK sécurité igizwe baba nyaurenge
Bro uko mwana inci wa ukweli bravo🎉🎉🎉 uzurabigish akarangamutim bakund uburundi bwacu
Kabisa.
May Gode continue to protect you all the time.
nukuri urintwari pe !!!!
Simbizi nukuri Imana ikongere inguvu n'umugisha kukuntu urikuritangira igihugu
Hari ijambo uvuze simbizi numva ndanezerewe uvuze uti abasirikare buburundi harivyo bari gukora muri congo kugira umurundi atekane nivyo uvuze ukuri burya abanyagihugu iyo babona baryama bagasinzira nuko haba hari abitanze bagaheba amagara yabo kugira abandi babeho neza
Abasoda Abasoda Abasoda bigihugu c’Uburundi🇧🇮🇧🇮🇧🇮 bari bakwiye gukundwa caaaaane, ndetse muriki gihe nyene bari bakwiye kwitabwaho cane.
Reka mbere ngireko mpanura intwazangabo zimwe zimwe zifata nabi abasoda zikababona ko umengo ntaco bamaze, intwazangabo idakunda umusoda nkamwenewabo iyo ntwazangabo irakwiye kwikebuka, ikabona ko umusoda wohasi ari mwenewabo niyo ntwazangabo, kuko ejo uyo musoda niwe azopfa apfira igihugu imbere yuko intwazangabo ishikirwa….. abasoda bacu aho muri hose mukomere cane abenegihugu turabakunda kandi ivyo muriko murakora turabizi ko arivyingenzi.
Simbizi nawe nukuri ndakwemera kandi ndasaba ko ba Simbizi baba benshi benshi cane.
Abasoda namwe mube umwe ndabizi yuko hatabuze abanyengetera ngo baba canishemwo.
Izo ndaya nazo nimutaraba neza zirakora ibara, kandi zirahari ninyinshi.
❤❤❤❤mwaji jutse abarundi ❤❤
Urakozecane ndafashijwe nukuri IMANA YOMWIJURU iguhe umugisha
Komeza utuja imbere di grand frere
Bro you speak truth ✊🏽✊🏽✊🏽
😂❤❤❤❤❤😅😅bananeko baruzuye bujumbura❤❤mugabee😢😢😢
Icombonye ntakuvuga nabi umuntu utaramwuviriza👍👍👍👍👍
Komereza ngaha ncuti yanje, turakwemera
Broh!!!!! Respect kbx ntakindi nakubwira Basi nifuza ko twavugana broh ndi umunyarwanda
Bien dit mon frère
Courage ndi umunyarwanda nkunze ukuri kwinshi wifitemo niyo neza yatwese
Good Job 👍 Brother
Ndamukiriza igiswi c'Inkona ati wirambire uze utorane umwuga nkuwa so wogukunda Igihugu no kokivugira
Courage mon frère. Ijoro ribara uwariraye. Ukwo nukuri
Respect mon Frère
Good job! Kino sigihe cama comedies kubasanii bigihugu c’Uburundi! Tuchape kazi hii kwanza na comedies baadaye. Ninde muntu yoronka umwanya wo gutwenza abantu kandi inzuyiwe igira ishe? No body! We do have a lot of entertainers, but all together let’s focus first on this matter. Abarundi nabakozi na bahizi, nkuko indirimbo y’igihugu ibivuga. Twaramaze kuronka intsinzi yambere batazokwigera baronka, nayo niyamoko, nakare baravuze ngo ubwami bwose iyo bwitandukanije ( bwiciyemo) ibice; bwa Komera nka Pharaoh’s Empire, burinda kuneshwa! Ico nico kigwanishwa Cabo ubwambere bama bakoresha. Buri muntu abe ijisho rya mugenziwe mugusagata abo bamaneko.
Ukunda igihugu cacu ciza.ndagushigikira.komera cane nubu bakomeze gusaka bamaneko ahomugihugu barimwo🎉🎉🎉
Courage vrt. Jewe abantu bibereye iburaya baravugavuga ariko wamubaza ishigwa mungiro nawe ntabona solution de sont broblemes ingene yoshigwa mungiro niyompanvu kubakwurikurana binanshisha atari gucanishamwo abari ngaha kubutaka bwacu. Ibibazo dufise imwe wese arafise ukuri kand gukosha sijaba niyompanvu haba icobita inama mugahanahana ivyiyunviro. So je ndakunda ivyiyunviro vyawe cane umuntu ari honnête niwe wikimazi ahubwo uwubigwany naewe azane ivyiwe tumwunve. So ths kuvuga uburundi bwakahise na kubu bitegura kazoza kejo murakoze❤. Twese birashoboka tuzonabupfira kuko ninaho twavuglkiye isi nimwe
Komera simbizi ❤❤❤❤
Verry good.eee nkubu ni sawa caaane.ibintu nkivyo nivyo vyingira Kamara kugihugu
Simbizi niwe muntu wambere yatanguye kwiyamiriza babatinganyi hariya hakurya yakanyaru yaraduhumuye mumaso🙇 we love my big brother 🙏. Abashingantahe twaratahuye atari ibipfamutima bimwe bisevya abubahwa ibindi IMANA imbere 💪🙏👋.
Ntiwumva turacafise abarundi bumutima .Good for you
Very good
Turakwemera
Ndashaka meeting mukiganiro ndakunda defense yawe mukiganiri😊
Ivyuvuga nivyo kabisa❤❤❤
Congratulations my brother ❤
Courage mon Frere nukuri iguhugu nicacu
Komera abarundi dukunda igihu turacahari
Mani urarenze komeza wigishe unazamura nabandi kurimikorozawe kuko abarundibeshi bafite ivyokuvuga vyubaka avarundi ryubatumira love you simbizi
Ufise umu bebe mwiza wauuuh❤❤❤
Simbizi wa Semavumba❤❤❤❤
uwushakurupfu asomingwe urwanda turarundiriye
Ivyiyumviro vyiza cane.
Ndakwemey sha simbizi,urumuntu wumugabo,icompa Abarundi twese tukaja hammwe twese tugafatana mumugongo tukarwanya abashk kuducanishamwo,
Ndakumviriza ndi gwanda.nukuri.abarundi.mukomere.dukwiye.gushengerana.kuko.turabavukanyi.twese.sinzi.icyo.abantu.bariko.barapfa.ndabakunda
Courage Courage uvuze ukuri uri umuntu w,umugabo kabisa. Nous sommes les mêmes
Komera komera mon frère
Abarundi nikubamaso ❤❤
Uri umushingantahe wijunja ni jambo👏👏👏
Komerezahoo mugenzi
Hayo mafundisho unayoyasema yote ni kweli hata na Mimi ni mekikubali weee ni patriotique Wa keeli
Ubugabo burihabwa, Simbizi wa Semavumba, uri umugabo w'abagabo n'ukuri. Bwira izo ntumva ko twese igihugu dusaba kugikorera, gushika naho twocitangira. Turagukunda cane kubwo but wari bwawe. Ramba
Simbizi IMANA iguhezagire kabisa,bandanya uduha amakuru kandi nabandi bose bahagurukire inyungu zigihugu cane cane umutekano urakenewe kuneza canke kunabi.Avec Dieu nous vaincrons!!!
Àbakobwa bose uzobona babanyagwanda ni abamaneko, natural duhungu wogirango ntidufise inguvu tworoheje twose nutumaneko
Mahoro y' Imana bibane nawe,hewe ico novuga ubandanye izo nyigisho uzibandanye kuko bizofasha zantumva zidakunda igihugu.
Simbi Umunyamakuru nzi neza neza ntagushidikanya yitwa karinijabo nabonye Ntibantunganya Amuha ibiganiro Nuko Abarundi ubabwira ibintu hubwo bagahita bakugambanira
Simbizi ur'umuntu w'umugabo cane. Urafise ugushishoza gukomeye. Komeza turagushigikiye cane. Umugabo yitwa Rocky w'umunyarwanda umwe asigura ama films mukinyarwanda ariko araharabika Uburundi gose muri iyi minsi kuri chaine yiwe ya RUclips
Abanyarwanda baragayana birenz
Ntuzitiranye ABANYWARWANDA n'INKOTANYI...😂 abo mufatira mu BURUNDI n'INKOTANYI si Abanyarwanda, Kandi izo mufashe iwabyu zaje kubasenyera, mujye muzikanira uruzikwiye.
Simbizi ufise umwana mwiza ❤
Burundi 🇧🇮 bwacu Burundi 🇧🇮 buhire !
Shinga icumu mu mashinga
Gaba intahe y’ubugabo kubugingo.
Warapfunywe ntiwapfuye,
Warahabishijwe ntiwahababuka.
Uhagurukana,
Uhagurukana,
Uhagurukana ubugabo urikukira,
Ukomerwa amashi n’amakungu,
Uhabw ‘ impundu n’abawe
Isamirane mu mashinga. (bis)
Burundi bwacu ragi rya basokuru
Ramutswa intahe n’ibihugu
Ufatanije ishaka n’ubuhizi.
Vuza impundu
Wiganzuye uwakuganza. (bis)
Burundi bwacu,
Nkora mutima kuri twese
Tugutuye amaboko, umutima n’ubuzima
Imana yakuduhaye ikudutungire.
Horana ubumwe n’abagabo n’itekane.
Sagwa n’urweze
Sagwa n’amahoro mezaaaaaaaaaaaaaaa.
Courage courage.
Simbizi ndi umunyarwanda arko ngukunda kubi nzaguha inkasha ni ntatabarukira kurugamba😮
Komereza ngaho uduh amakuru atarayivumbi turahari turagufana dushaka abantu nkamwe nabandi bajeko baze baduha vyinshi gusumba
Barundi bacu muhagarare magabo hama izo nkozi zikibi z'inyenzi z'abahima muzi icyogukora igihe muzifashe musipoteze mda yoyote nawale wanyankarakata.
Uvuze ukuri pe . Intambara ni ntera ntizotora nukuri pe . Gwanira igihugu . Kuki abandi bagwanira igihugu cabo .
❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤ 🇧🇮🇧🇮💪💪💪 lmana lbazigame twasizi lman lmbere
Ur'intore nka KOFFI Sha! Izo ntumva zizokumvirayo.
Baric'abantu bakaba Ari I bakoma induru! Isi yamaze kubamenya!
KOMERA CANE
Umurundi yumva ni yumve,izo mpanuro zirakwiye,bandanya wigishe muvandimwe wacu.
simbizi komera uriko uvuga ukuri nkuyo dj briana yabaye iburundi aniga iburundi ibubanza ahitwa ETB nanje niho narindi ariko ubu raba....
Rata amacakuburi ntakiza cyayo abarundi muri bamwe muri abarundi ntimuri abahutu canke abatutsi muri abarundi.
Komereza aho musore uravuga neza cane
Ibyo biterane byoooose byabayeho, ntacyo tutababwiye ko bazana nabakozi ba kigali 😮😮😮
Ntumwigeze munyumva😮
Gusa ndanezerewee cyaneko mwafunguye amaso❤
Ikindi mukore uko mushoboye kose, kuko abo bakobwa baza mukazi gasuzuguritse ntimubarenze amaso, mutubari , indaya, mubakoreko investigation svp, ndakubwira ibyonzi😮😮😮😮 kuko jyewe ndumunyarwanda ufite amakuruuuuuuuuuuuuuuuuuuuuuu!
Nb/ umuhutu kazi nawe wihaye kuza hiyo nawe mulugende bugufi kuko kigali isigaye aribo ikoresha cyaneeee, nubwo Atari benshi, ariko harimo ibisambo karundura! .
Uzansange mugikali nguhereze amakuru muve mubyo kuyayata ngaho kandi muryambe kunzoka yimamba!!!!!
Wakijujuwe baguhereho
@ NzayisengaHenriette kwisukari ikuduganye 😂😂😂😂ukuri kuraryana bagukubise ahababaza 😂😂😂😂
@@ndorimanaelesie4512 wumvise we atarunyarwanda se mumuhereho
UMURUNDI WITSITSO ,KUVUGA IGIHUGU CAWE NEZA ..N'UMUHEZAGIRO K'UMANA.KOMERA
Komera muhungu w’igihugu nukuri urakunda igihugu ca kwibarutse kandi twese turagikunda ngo mbwira gito canje icabandi kikumviraho
Simbizi,mur'iyi lutte ndagushigikiye kabisa.iri noble
Hari Ikigamiro Mwigeze Gushikiriza Kijanye Ningene Uburundi Buhora Bufasha Ibindi Bihugu Rero Mwibukeko Neza Na Neza Uburundi Bwafashije Museveni Na Ouganda Bikomeye Na Museveni Kagame Barabizi
Nakwemera muvya muzika nayubu ngiye kurenza pee
Simbizi narakubonye utuma chimama nda anuma Kandi nivyakamaro komrezaho mugenzi niwe tuba dukeneye❤🎉
Courage ❤
Aba Rundi naba Nyarwanda turabandimwe kuva cyera twahora dusangira akabisi na agahiye ikibazo twagize nitwa tumasa tuzivukamo tuzamara Inka icyo dupfana kiruta icyo dupfa harumunsi iyi miyaga yose ihuha izahagarara dusubire tubane nkuko cyera byahoze
Nikobime ntabwo abanya- Rwanda bose Ari babi abahemukira abandi barazwi ariko n'uko bibagigwa vuba bakanibagirwa Imana yabakuye mumahanga gusa Umujyinya w'Iyaturemye Urabategereje hagowe uwirigwa abarigata mukabuno icyonzi n'uko icyobatagira ubwabo n'impuhwe ,imbabazi(ikigongwe) urugero Kizito Mihigo umuziranenge,.....wanabaririmbiye indirimbo y'igihugu ,wantarewe ngo wandinze umupango......❤❤❤)
Uravuga ukuri wirambire
semavumba wacu turagukund cane uvuga ukur
❤ mutama urikuvugukuripe
Wavuga nkaramba
Abarundi twese duhaguruke tugwanire igihugu cacu ntigisubire mukaga
imana ibandanye kukugirira neza .ukuri kuvuga uwukuzi ntikuvuga uwukuze.
Ndagushimiye cane kumpanuro utanze n'inkoramutima ! Komera mugenzi.
Komera Simbizi!!
Avuga ukuri
Turagukwirikira,komera turinyuma yawe kubona uriko uvugira igihugu nabenegihugu nukwihesha iteka ridasanswe
True
Umugabo afise mumutwe